Kuri we, hari kera aho batinya kubivuga. "Nta kintu kihari co kwiyagiriza mu gihe guhuza ibitsina no kwumva uburyohe biri mu bintu vy'ibanze nkenerwa mu buzima bw'umuntu," uko ni ko avuga n'ijwi ...